@akezanet AKEZA BurundiAKEZA Burundi posts on X about burundi, finance, qui, de la the most. They currently have [-------] followers and [---] posts still getting attention that total [------] engagements in the last [--] hours.
Social category influence countries 97.1% currencies 1.45% travel destinations 1.45% technology brands 0.72% exchanges 0.72% cryptocurrencies 0.72%
Social topic influence burundi #4, finance 5.07%, qui #2012, de la #433, une #711, prediction 3.62%, ce #178, avec #698, ans 2.17%, breaking news 2.17%
Top accounts mentioned or mentioned by @burundigov @mielsburundi @ntarehouse @menrs4 @nshingamateka @burundisenat @bmineagrie @mincomedia @minijusticebdi @mrmeict @generalneva @maeburundi @financesbdi @edbiziman @minjscbdi @mspburundi @africanunion @burundinaddis @willynyamitwe @alikodangote
Top assets mentioned XRP (XRP)
Top posts by engagements in the last [--] hours
"๐ด Gushika isaha 18h zo muri #Cameroun ikibanza ci Douala categuwe ngo kiberemwo igikorane ca #kanguka ya Chris Ndikumana cari gitanguye kurengerwa . Ariko kwa kure abantu mwibarabara bari bakiza. Mu mwanya @akezanet iratangura kubereka uko ibitanganza biriko birakoreka haba abashinga intahe zuko batabawe na kristo canke bakiriye agakiza. Amakorasi nindirimbo zikirundi nizo ziriko ziraririmbwa nabanya Cameroun #lesbeautesdecheznous #akezanet #kanguka #Burundi"
X Link 2023-11-18T19:34Z 142.1K followers, 18.7K engagements
"๐ด Kugeza ubu benshi ntibaratahura igituma ico gikorane ci Douala citabiriwe nabantu bangana gutyo . Benshi mu BanyaCameroun twaganiriye batubwiye ko batanguye gukurikirana amasengesho nubutumwa bwa #KANGUKA kuva mu mwaka w2022 biciye kuri telephone. Hari bamwe baba bafise ama groupes ya WhatsApp baronkamwo ubwo butumwa abandi ugasanga bari ku maradiyo . Rero bumvise ko Chris Ndikumana umuvugabutumwa wumurundi atanga izo nyigisho ko azoza mu gihugu cabo baciye baba baramwitegurira kuva mu mezi abiri aheze. Baremeza ko kubwamasengesho yiwe benshi baratabawe abandi barakira ingwara abandi"
X Link 2023-11-19T03:26Z 142.1K followers, 14K engagements
"๐ดBIRAHIMBAYE : Umuvugabutumwa w Umurundi Chris Ndikumana wa #Kanguka yatunganije AMASENGESHO ADASANZWE YO GUSENGERA UBURUNDI aho azoba yatumiye abandi bakozi bImana bakomeye muri bino bihugu vya kano karere . ==================== Ayo masengesho azoba kwigenekerezo rya 4/1/2024 ahitwa kuri Donatus Conference Center mu gisagara ca Bujumbura. Hazoba haje abakozi bImana bakomeye mu karere nka @MarcelloTunasi wo muri Republika iharanira Demokarasi ya Congo Paddy MUSOKE wo mu gihugu curwanda Joel Bazira wo mu gihugu cUbuganda na Ian NDLOVU wo muri zimbabwe. Ni amasengesho azomara umunsi wose kuva"
X Link 2023-12-04T06:39Z 142.1K followers, 33.4K engagements
"๐ดLingnieur burundais @ebiribuze a remport ce [--] novembre [----] le prix "Black Engineer of the Year in community service" en [----]. Ce prix est dcern un ingnieur qui a apport des contributions exceptionnelles dans les domaines de la science de l'ingnierie et des mathmatiques aux tats-Unis. Eric BIRIBUZE recevra son prix devant le public amricain pour son travail extraordinaire et ses connaissances avances en ingnierie moderne en recherche et en calculs. Il est galement connu pour son engagement dans des activits ducatives de robots. Eric travaille au Burundi au Rwanda et aux tats-Unis pour"
X Link 2023-12-04T11:48Z 142.1K followers, 11.7K engagements
"๐๐ Merci vous tous davoir choisi nos plateformes pour regarder le concert de @Dadju au #Burundi. Nous continuerons de vous rendre fiers. Ce nest que le dbut #akezanet #lesbeautesdecheznous"
X Link 2023-12-08T22:27Z 142.1K followers, 15K engagements
"๐ด๐ Intressant Le Gouvernement du Burundi compte riger un grand centre des jeunes IMIKANGARA Youth Center au bord du Lac Tanganyika @MairieBuja avec une capacit daccueil de [----] personnes. ๐นAnnonce faite lors de la 2me dition du Dialogue Continental Jeunesse Paix et Scurit (JPS) en cours au Palais Prsidentiel de Kiriri en mairie de Bujumbura en prsence du Chef de lEtat @GeneralNeva Champion de l @_AfricanUnion pour lAgenda JPS. ๐นEn effet le Gouvernement du #Burundi rserve [--] hectares au bord du lac #Tanganyika au Quartier NYABUGETE [--] pour btir la Cit de la Jeunesse Africaine #Bujumbura"
X Link 2023-12-14T10:52Z 142.1K followers, 56.7K engagements
"๐ด Qui est Aliko DANGOTE ================== Aliko Dangote Cest un homme daffaires Nigrian avec un capital de [---] milliards de dollars. ๐นAliko Dangote [--] ans pse l'heure actuelle prs de 10% du PIB du Nigeria l'un des pays les plus riches d'Afrique et son influence sur le continent est de plus en plus importante. ๐Sa fortune n'atteignait encore "que" [---] milliards $ en [----] mais elle a bondi de [--] milliards $ en peu de temps aprs l'entre en production d'une mga-raffinerie de ptrole Lekki dans la banlieue de Lagos la capitale conomique du Nigeria. ๐นLa construction de cet norme complexe a"
X Link 2026-02-07T19:37Z 142.1K followers, [----] engagements
"๐ด . =================== Ni igisabo cUmukenyezi Annonciate MUKAGAHUTU asanzwe afise Inkomoko yo mu gihugu kibanyi cUrwanda amaze imyaka irenga [--] aba mu Burundi. ๐นUyo mukenyezi batazira WA NTARA yashitse mu Burundi mu [----] ( Ni ukuvuga amaze imyaka [--] aba mu Burundi). Yavutse mu [----] yubaka urwiwe ino mu Burundi mu [----] aca apfakara mu [----]. Twamusanze i Muhira iwe muri Komine Rumonge Q.BIRIMBA aho asanzwe yororeye inka zitari nke harimwo iyimaze iminsi ivurwa cane ku kuntu ifise ubwenge womengo ni ikiremwamuntu: iriturutsa ikiragira hageze ku mugoroba ikicura. Ikiganiro cose hano ๐:"
X Link 2026-02-01T11:09Z 142K followers, 24.3K engagements
"๐ต๐ก # : ' ========================== Dans le cadre de la mise en uvre de la stratgie nationale de dveloppement du Burundi pour la priode [--------] approuve par le @BurundiGov les infrastructures de tlcommunications et les technologies numriques sont identifies comme lun des piliers cls constituant la base dune croissance conomique durable de lamlioration de la qualit de vie de la population et de la promotion dune transformation numrique globale. ๐น๐ธEtant le premier oprateur numrique au Burundi @lumitel_burundi sengage rsolument sur la voie dun investissement long terme structur et"
X Link 2026-02-04T11:29Z 142K followers, [----] engagements
"๐ด ๐ ๐ซ ๐ฌ ============================ Ivyo biri mu biganiro nyamukuru vyahuje kuri uyu 4/2/2026 Umushikiranganji ajejwe imigenderanire yUburundi nayandi Makungu Amb. @Edbiziman hamwe na mugenzi we wo mu muryango wibihugu vyabararbu Umuganwa Abdullah Bin Zayed Al Nahyan. ๐ Mu bindi bintu ngirakamaro bavuganye harimwo : ๐นKwugurura ibiro vyUbuserukizi bwUburundi mu gisagara ca Abou Dhabi. ๐นAkazi ku Barundi bari muri ivyo bisagara vyAbarabu. ๐นHamwe nikibazo kijanye no kudasaba VISA ku bantu bafise ibitabo vyinzira bihabwa abajejwe imigenderanire hagati yibihugu ( passeports"
X Link 2026-02-04T12:06Z 142K followers, [----] engagements
"๐๐ฌ ๐ ========== Ivyo vyashikirijwe nUmushikiranganji w'imico n'akaranga Lydia NSEKERA mu nama yahuje abaserukira imirwi ndangakaranga yabatimbo igamije kwishingwa ryurunani ( Fdration ) rubahuza. ๐๐ฌ Umushikiranganji Lydia NSEKERA yagize ati: Twebwe mu Bushikiranganji mu bisanzwe hariho ihangiro rya mbere twihaye. Jewe narababwiye nti ndipfuza yuko kurya umuntu avuga ngo agiye muri Brsil kuraba Carnaval de Rio ashobora kuza no mu Burundi kuraba ingoma zacu. Birakenewe rero ko muri Munyonyo turiko turagira isabukuru ryahariwe ingoma abantu bavuge bati muri kino gihe hariho"
X Link 2026-02-04T13:21Z 142K followers, 19.9K engagements
"๐ด .โ๐ฅน ================================ Kuri iri genekerezo rya [--] Ruhuhuma [----] niho Abarundi batari bake cane cane abasanzwe bakunda umuziki wUburundi bibuka imyaka [--] irangiye Umuririmvyi akongera akaba numwanditsi windirimbo Lonard SINZINKAYO ashengeye. ๐นUwo muhisi yamenyekanye cane ku ndirimbo Twese turi bamwe ivuga ku bijanye nubumwe bwAbarundi aho yabahamagarira gusangira akabisi nagahiye. Ivyo biruko mu gihe uko umwaka utashe kwigenekerezo rya [--] Ruhuhuma Abarundi bama bahimbaza umunsi mukuru wahariwe Ubumwe bwAbarundi . ๐Benshi bagatanganzwa nukuntu umunsi wurupfu rwiwe"
X Link 2026-02-04T17:21Z 142K followers, [----] engagements
"๐ด ๐ 5/2/1991-5/2/2026: Umunsi mukuru mwiza wubumwe bwabarundi Dusangire akabisi nagahiye . #lesbeautesdecheznous #akezanet #Ubumwe35 #Burundi"
X Link 2026-02-04T18:45Z 142K followers, [----] engagements
"๐ด ๐ค ================== Biherutse gushikirizwa nUmupfasoni Melanie Higgins Aserukira Reta Zunze Ubumwe za Amerika mu Burundi abicishije ku rubuga rwiwe rwa @LinkedIn aho yari aramutse agaruka gukorera mu Burundi nkumuyobozi nshingwabikorwa mu Biro vyUbuserukizi @US_Emb_Burundi. Akaba aje gusubirira Lisa Peterson yahora aserukira ico gihugu mu Burundi. ๐๐ฌ Yagize ati : Ni vyiza cane kubona ubucuti nimigenderanire hagati ya Reta Zunze Ubumwe za Amerika hamwe nUburundi bibandanya gutera imbere. Ku bwanje ndashimishwa cane nukuntu amashirahamwe akomoka muri Amerika yiyongereye mu"
X Link 2026-02-06T11:40Z 142K followers, [----] engagements
"๐ดPhoto de la soire๐ Le President de la Rpublique du Burundi @GeneralNeva reoit Ntare House le milliardaire africain le plus riche @AlikoDangote et lancien prsident nigrian Olusegun Obasanjo. #lesbeautesdecheznous #akezanet #developpement #Burundi @DangoteGroup @AlikoDangote @DangoteCement @NtareHouse @MENRS4 @nshingamateka @Burundi_senat @BMineagrie @MinCoMedia @MiniJustice_BDI @MielsBurundi @mrmeict @BurundiGov @MAEBurundi @NGSuperEagles @Nigeria @PulseNigeria247 @NGRPresident @NigeriaStories @NigeriaGov https://twitter.com/i/web/status/2020260819637006755"
X Link 2026-02-07T22:18Z 142K followers, [----] engagements
"๐ด : @AlikoDangote @ndikalain ๐ค. =================== ๐๐ฌ Cette visite de haut niveau marque une tape majeure dans le renforcement de la coopration conomique et dans louverture du Burundi aux investissements privs stratgiques porteurs de transformation structurelle lit-on sur le compte X du @FinancesBdi . ๐๐ฌ Et dajouter: Elle sinscrit pleinement dans le Pilier [--] de la #Vision Burundi [--------] consacr la transformation conomique et lindustrialisation travers le dveloppement des infrastructures de la logistique de lindustrialisation locale et la promotion de partenariats public-priv"
X Link 2026-02-07T22:50Z 142K followers, [----] engagements
"๐ด - . . =========== Ils nont pas pass cette nuit au Burundi. Aprs des changes approfondis de quelques heures avec le Chef de lEtat Burundais @GeneralNeva les membres de la dlgation conomique africaine de haut niveau conduite par Olusegun Obasanjo ancien Prsident de la Rpublique fdrale du Nigeria accompagn de @AlikoDangote Prsident-Directeur Gnral du Groupe Dangote ont quitt le sol burundais aujourdhui mme le 7/2/2026 suite un agenda charg. ๐Cette rencontre premire du genre traduit limportance stratgique accorde par le Chef de ltat lattraction des investissements privs structurants et au"
X Link 2026-02-07T23:47Z 142K followers, [----] engagements
"๐๐ฌ : ' ' . =========================== Tel est le message la nation dlivr par @Gatoni_RG Porte-parole du Prsident de la Rpublique du Burundi @GeneralNeva lissue dune audience que le Chef de lEtat a accord ce samedi [--] fvrier [----] une dlgation conomique africaine de haut niveau conduite par Olusegun Obasanjo ancien Prsident de la Rpublique fdrale du Nigeria accompagn de @AlikoDangote Prsident-directeur gnral du Groupe Dangote. ๐๐ฌ Ces investisseurs sont tous venus pour rpondre l'appel de la plus haute autorit lanc lors de la table ronde des investisseurs de Dcembre [----]. Ces"
X Link 2026-02-09T08:32Z 142K followers, [----] engagements
"๐ด๐ฐ [---] Millions USD : soit le montant dun accord de don couvrant une priode de cinq ans sign ce vendredi [--] Fvrier [----] entre le Ministre Burundais de la @msp_burundi Mme @Lydwinebara et lAmbassadrice des @US_Emb_Burundi Mme Mlanie H. Higgins pour renforcer les interventions de lutte contre le VIH/Sida le paludisme ainsi que la gestion des urgences sanitaires. ๐Ce don sinscrit dans le cadre du partenariat stratgique entre le @BurundiGov et la @WhiteHouse en faveur de lamlioration de la sant publique et du bien-tre de la population burundaise. #lesbeautesdecheznous #akezanet #Sante #Burundi"
X Link 2026-02-09T09:09Z 142K followers, [---] engagements
"๐ด๐ () (.) . ๐ =========================== Au service du Corps du Christ au Burundi depuis lanne [----] luniversit thologique Great Lakes School of Theology and Leadership (GLSTL) dmarre une autre anne acadmique le [--] fvrier [----] dans son campus sis Bujumbura sur la RN5 proximit du rond-point communment appel Chanic en direction de lAroport international Melchior NDADAYE premire parcelle droite. ๐นGreat Lakes School of Theology and Leadership (GLSTL) est une cole innovante qui dispense ses cours en soire (de 17h 20h) suivant le systme anglophone. Ce modle permet aux tudiants non"
X Link 2026-02-09T10:29Z 142K followers, [----] engagements
"๐ดThe Valentine's Bliss : Et si cette Saint-Valentin devenait inoubliable ========= Ce [--] fvrier laissez le quotidien derrire vous et offrez-vous une parenthse de pur romantisme chez @LeCrocoBrasseur. Votre brasserie promet une soire o chaque dtail est pens pour faire battre les curs un peu plus fort. Pour le Valentine's Bliss - Date Night Special c'est un Welcome drink ds votre arrive une rose et un coffret de chocolats offerts Madame. Ensuite attendez-vous un diner de buffet raffin [--] couverts une rduction exclusive sur une slection de vins et bien sur une ambiance envotante avec un"
X Link 2026-02-09T13:00Z 142K followers, [---] engagements
"๐ ========================== Cela ressort dun change approfondi tenu ce Lundi [--] fvrier [----] Rome entre le Ministre des @FinancesBdi @ndikalain la Ministre en charge du @BMineagrie Mme Calinie MBARUSHIMANA et le Prsident du Fonds International de Dveloppement Agricole ( @leFIDA ) M. lvaro Lario. ๐Tenus en marge de la [--] session du Conseil des Gouverneurs du FIDA (GC49) ces changes ont port sur limpact du partenariat FIDABurundi dans la transformation du monde rural notamment travers le dveloppement des infrastructures agricoles lamnagement des marais la protection de lenvironnement"
X Link 2026-02-09T16:24Z 142K followers, [---] engagements
"๐ด - ' .๐ ======================= Accueilli l'aroport international de Bole par son homologue @MFAEthiopia Amb. @BerhanuTsegaye le Ministre des @MAEBurundi @Edbiziman va participer au 39me Sommet de l'Union africaine qui se tiendra les [--] et [--] fvrier synonyme de la prsidence burundaise de l @_AfricanUnion. ๐En effet au cours de ce sommet le Prsident de la Rpublique du Burundi @GeneralNeva prendra officiellement les rnes de la prsidence tournante de l African Union succdant son homologue angolais @jlprdeangola. ๐นLe sommet a pour thme : Garantir un approvisionnement durable en eau"
X Link 2026-02-10T13:23Z 142K followers, [----] engagements
"๐ด๐ - - ' =============================== Maurice NDAYISHIMIYE batazira KIRIWANZENZE wo muri Komine Rumonge yaratubwiye imigani n'ubugesera buraduka. ๐นBiciye mu kiganiro ca Open mic aratubwira imigani n'imyibutsa harimwo iyo umaze kwumva n'iyindi mituzuka yiwe yifondeye. ๐Kwirikirana ikiganiro cose uciye ngaha ๐ : #lesbeautesdecheznous #akezanet #ikirundi #Burundi https://www.youtube.com/watchv=m0k9As0ybUg https://www.youtube.com/watchv=m0k9As0ybUg"
X Link 2026-02-10T17:06Z 142K followers, [----] engagements
"๐ดAddis-Abeba capitale de lEthiopie autrement dnomme Capitale de l'Afrique est prte pour accueillir le 39me Sommet de l'Union africaine qui se tiendra les [--] et [--] fvrier synonyme de linvestiture du Prsident de la Rpublique du Burundi @GeneralNeva la prsidence burundaise de l @_AfricanUnion. ๐ท: @poaenglish #lesbeautesdecheznous #akezanet #diplomatie #Burundi @NtareHouse @GeneralNeva @MAEBurundi @MENRS4 @nshingamateka @Burundi_senat @BMineagrie @MinCoMedia @MiniJustice_BDI @MielsBurundi @mrmeict @BurundiGov @MinJSCBdi @FinancesBdi @msp_burundi @Edbiziman @BurundinAddis @willynyamitwe"
X Link 2026-02-10T17:48Z 142K followers, [--] engagements
"๐ดAddis-Abeba capitale de lEthiopie autrement dnomme Capitale de l'Afrique est prte pour accueillir le 39me Sommet de l'Union africaine qui se tiendra les [--] et [--] fvrier synonyme de linvestiture du Prsident de la Rpublique du Burundi @GeneralNeva la prsidence burundaise de l @_AfricanUnion. ๐ฅ: @poaenglish #lesbeautesdecheznous #akezanet #diplomatie #Burundi @NtareHouse @GeneralNeva @MAEBurundi @MENRS4 @nshingamateka @Burundi_senat @BMineagrie @MinCoMedia @MiniJustice_BDI @MielsBurundi @mrmeict @BurundiGov @MinJSCBdi @FinancesBdi @msp_burundi @Edbiziman @BurundinAddis @willynyamitwe"
X Link 2026-02-10T17:52Z 142K followers, [----] engagements
"๐ด : ' ' . ============================= Inyuma y'amakuru menshi yavuzwe ku kuntu abarundi bagiye kurondera akazi mu gihugu ca Zambia babayeho n'ukuntu bapfungwa ku kubura impapuro z'inzira zose zikwiye Ambasaderi aserukira @BurundinLusaka @ButoyiEvelyne abicishije ku rubuga rwiwe rwa X (Twitter) yaraye ashikirije incamake y'icegeranyo c'ibikorwa vyakozwe kugirango bakurikirane ikibazo c'abo barundi. ๐๐ฌ Agira ati : Urwaruka twasanze mu gasho ka Kamwala rwatumenyesheje ko rwaje rutazi ko hari impapuro zindi zikenerwa hambavu ya passports. Turateye akamo ababatumako canke ababazana ngo"
X Link 2026-02-11T10:44Z 142K followers, [----] engagements
"๐ด๐ ========================== Le Petit Sminaire de Mugera fte ses [---] ans. Fond le 11.02.1926 par le premier vque du Burundi Mgr Julien Gorju il est la premire cole secondaire du pays. Situ Gitora @CBugendana en province de @Gitega son jubil sera clbr solennellement le 14.02.2026 Mugera. En un sicle ce sminaire de Mugera a form plus de [--] [---] lves dont +400 prtres [--] vques un Prsident ( Sylvestre Ntibantunganya) des ministres et des intellectuels renomms. Berceau dlites et dhistoire il demeure un haut lieu ducatif et spirituel du Burundi. Source : @ShikirizaB #lesbeautesdecheznous"
X Link 2026-02-11T12:32Z 142K followers, [---] engagements
"๐ด : . ======================= travers lorganisation de la 1ere dition de lvnement Burundi circulaire organis par le Consortium de Gestion de Valorisation des Dchets au Burundi et soutenu par @EnabelauBurundi la question de la gestion des dchets en tant quopportunit a t dbattue entre les acteurs. Des solutions concrtes en matire de recyclage et dconomie circulaire sont recherches et contribuent un dveloppement plus responsable plus rsilient et crateur demplois pour lconomie locale. #lesbeautesdecheznous #akezanet #UmwugaNiAkazi #Burundi https://twitter.com/i/web/status/2021581670298587636"
X Link 2026-02-11T13:46Z 142K followers, [----] engagements
"๐ด : ๐ฅ ============================== Du [--] janvier au [--] fvrier le jeune ralisateur burundais Loc NIYONKURU tait Clermont-Ferrand en France au March du film court vitrine mondiale incontournable pour le court mtrage afin de prsenter Before [--] son film sorti en [----]. ๐นOrganis chaque anne en marge du Festival International du Court-mtrage ce rendez-vous est considr comme le plus important march ddi aux professionnels du court du monde entier. On y croise des producteurs des acheteurs des distributeurs et des reprsentants de festivals en qute de la prochaine ppite. Une aubaine pour les"
X Link 2026-02-12T16:40Z 142K followers, [----] engagements
"๐ด ===================== Adopt lge de [--] ans par des parents allemands Jean Baptiste MPAWENIMANA a vcu et grandi en Allemagne avant dembrasser les cultures dautres pays tels que lItalie lEspagne ainsi que la ville de Los Angeles aux tats-Unis. ๐นPour la premire fois il a foul le sol qui la vu naitre lan dernier. Dans la soire de ce mercredi [--] fvrier [----] il a atterri laroport Melchior Ndadaye accompagn de ses parents adoptifs. ๐นPlein de joie et dnergie le jeune MPAWE (@maui pour instagram) sest dit honor de reconnecter avec son pays natal quil avait dj visit une premire fois"
X Link 2026-02-12T17:24Z 142K followers, [----] engagements
"๐๐ฌ ================= Said @AlikoDangote The Africas richest man after his meeting with the President of Burundi @GeneralNeva. ๐๐ฌ He said: My visit is in two parts. The first was a courtesy visit to His Excellency as it is my first time in Burundi. We had a very very good discussion. The second part concerns where to invest in Burundi and I think there are quite a lot of opportunities in solid minerals power agriculture cement and other areas. Two teams have now been formed one from Burundi and the other from the Dangote Group to explore the opportunities where we can invest"
X Link 2026-02-08T04:05Z 142K followers, [----] engagements
"๐ด Umukuru wIgihugu cUburundi @GeneralNeva ahejeje gushika mu gihugu ca Ethiopie aho agiye kwimikwa kurongora Afrika yose biciye mu muryango wa @_AfricanUnion. ๐Agishika bamwakirije amabendera abiri iryUburundi hamwe niryUbumwe bwa Afrika. Kimwe mu bimenyetso vyerekana ko baza bamuyoboka. #lesbeautesdecheznous #akezanet #diplomatie #Burundi @NtareHouse @GeneralNeva @MAEBurundi @MENRS4 @nshingamateka @Burundi_senat @BMineagrie @MinCoMedia @MiniJustice_BDI @MielsBurundi @mrmeict @BurundiGov @MinJSCBdi @FinancesBdi @msp_burundi @Edbiziman @BurundinAddis @willynyamitwe @PMEthiopia @flyethiopian"
X Link 2026-02-12T14:30Z 142K followers, [----] engagements
"๐ด Imbere yuko ashikira icese amabanga yo kuyobora Afrika yose biciye mu muryango wa @_AfricanUnion Umukuru wIgihugu cUburundi @GeneralNeva ahejeje kubonana na @antonioguterres arongoye ishirahamwe mpuzamakungu ONU- @UN . Bompi bakaba bari mu nama igira [--] ihuza abakuru bibihugu namareta yUbumwe bwa Afrika iriko ibera i Addis Abeba mu gihugu ca Ethiopie ku magenekerezo ya [--] na [--] Ruhuhuma [----]. ๐ธ: @RTNBurundi #lesbeautesdecheznous #akezanet #imigenderanire #Burundi @NtareHouse @GeneralNeva @MAEBurundi @MENRS4 @nshingamateka @Burundi_senat @BMineagrie @MinCoMedia @MiniJustice_BDI"
X Link 2026-02-13T09:04Z 142K followers, [----] engagements
"๐ด - ============= Le chanteur burundais Bizimana Aboubakar Karume dit @satb257 connu pour ses titres en Afropop et R&B et ses performances nergiques sera Duba pour un grand concert spcial loccasion de la fte de la Saint-Valentin prvu ce samedi [--] fvrier [----]. ๐ซIl vient de prendre l'avion destination de cette ville des mirats arabes unis accompagns de sa TEAM la plus proche. ๐ Ce concert sera une belle opportunit pour ses fans de Duba de le voir sur scne hors dAfrique renforant ainsi sa prsence linternational. Bon vent lui #lesbeautesdecheznous #akezanet #musique #Burundi"
X Link 2026-02-13T10:42Z 142K followers, [----] engagements
"๐ด . -. . =========================== Ni unkuru ikomeye mu muziki wUburundi ishikirizwa na @Dj_Philbyte aho yaraye atangaje kuri @akezanet ko atanguye icese umwuga wumuziki akaba nUmuririmvyi wUburundi ijana kwijana. Yabimenyesheje mu kiganiro The Story of my song gitegurwa na Akezanet aho yariko aravuga ku ndirimbo yiwe GO DOWN iherutse kumwinjiza muri MILLI GANG umurwi wabaririmvyi bamaze kugira indirimbo yakwije umuriyoni wabayiravye ku rubuga rwa @YouTube. KIrabe hano ๐ : ๐๐ฌYagize ati : Ico nobabwira rero nuko DJ Philbyte mwari muzi mwamenye kuva iyo myaka yose iheze abaye"
X Link 2026-02-13T12:11Z 142K followers, [----] engagements
"๐ดUmukuru wIgihugu cUburundi @GeneralNeva abandanya aha umubonano abategetsi batandukanye imbere yuko yimikwa icese kuyobora Afrika yose biciye muri @_AfricanUnion. ๐Ubu naho akaba ahejeje kubonana nUmuyobozi Mukuru wIbanki ijejwe iterambere ry'Afrika- @AfDB_Group Dr Sidi Ould Tah. ๐Bakaba baganiriye kwiterambere rya Afrika cane cane bafatiye ku nkingi zine ziterambere zashizweho nuyo muyobozi mukuru wa BAD zifatiye ku migambi mikuru mikuru yoteza imbere AFrika harimwo : ๐นKwongereza amafaranga ashirwa mu migambi yiterambere. ๐นKunagura uko Amashirahamwe ajejwe ubutunzi bwa Afrika akorana."
X Link 2026-02-13T12:34Z 142K followers, [---] engagements
"๐ด #Burundi4Afrika : Umukuru wIgihugu cUburundi @GeneralNeva ahejeje gushikira icese amabanga yo kuyobora Afrika yose biciye muri @_AfricanUnion. Ibirori vyo kubisikanya na @jlprdeangola Umukuru wIgihugu ca Angola bikaba vyabereye ku cicaro gikuru cUbumwe bwa Afrika kiri i Addis Abeba mu gihugu ca Ethiopie . ๐: @NtareHouse #lesbeautesdecheznous #akezanet #diplomatie #Burundi https://twitter.com/i/web/status/2022654127998730419 https://twitter.com/i/web/status/2022654127998730419"
X Link 2026-02-14T12:48Z 142K followers, [---] engagements
"@WhaleEverything Breaking ๐: Ripple's XRP Poised for Takeoff ๐๐"
X Link 2025-09-17T21:24Z 137.1K followers, [---] engagements
"@NateGeraci Breaking ๐๐ฅ Ripple's XRP to Disrupt Finance"
X Link 2025-09-17T21:25Z 137.1K followers, [---] engagements
"@Steph_iscrypto Hot News ๐๐: Ripple's Brad Unveils Secret Plan"
X Link 2025-09-17T21:26Z 137.1K followers, [---] engagements
"@GhulamM90 Hot News ๐: Ripple's XRP Set to Skyrocket ๐๐"
X Link 2025-09-17T21:27Z 137.1K followers, [---] engagements
"@TheCryptoSquire Hot News ๐๐ฐ: Brad G Predicts Ripple's Next Move"
X Link 2025-09-17T21:27Z 137.1K followers, [---] engagements
"@constkogan Breaking ๐: Brad G's Secret Ripple Revolution"
X Link 2025-09-17T21:28Z 137.1K followers, [--] engagements
"@AtnsXBT Breaking ๐จ๐: Ripple's Secret Plan Unveiled"
X Link 2025-09-17T21:31Z 137.1K followers, [--] engagements
"@Donarares @cryptocom Breaking ๐ XRP to Revolutionize Finance ๐"
X Link 2025-09-17T21:32Z 137.1K followers, [--] engagements
"@Krip_Dough Hot News ๐ฐ๐: Ripple's XRP Set to Skyrocket"
X Link 2025-09-17T21:33Z 137.1K followers, [---] engagements
"@MEMETARD_XRP Hot News ๐๐: Brad's Bold Ripple Move Unveiled"
X Link 2025-09-17T21:35Z 137.1K followers, [---] engagements
"@WhaleInsider Breaking ๐ฐ๐: Ripple's Brad Reveals XRP Future"
X Link 2025-09-17T21:35Z 137.1K followers, [---] engagements
"@LeviRietveld Hot News ๐๐ฅ: Ripple Reveals Future of XRP"
X Link 2025-09-17T21:36Z 137.1K followers, [--] engagements
"@Steph_iscrypto Breaking News ๐: Brad G Predicts XRP's ๐ Surge"
X Link 2025-09-17T21:37Z 137.1K followers, [---] engagements
"@amonbuy Hot News ๐๐ฅ: Ripple Revolutionizes Finance"
X Link 2025-09-17T21:38Z 137.1K followers, [--] engagements
"@austinahilton Breaking News ๐ XRP's Future: Brad's Bold Move"
X Link 2025-09-17T21:40Z 137.1K followers, [---] engagements
"@coinmun @ARMY_XRP589 @589CTO @MallardXRPL @SigmaOnXRPL @CommonBird_XRPL @phnix_xrp @trump45coin @TheRabbitH0LZ @xrpl_b_m_dawgs @3rdEye_XRP Hot News ๐๐ฅ: Ripple's XRP Set to Skyrocket ๐๐"
X Link 2025-09-17T21:41Z 137.1K followers, [---] engagements
"@TPASarah @POTUS @WhiteHouse Alert ๐จ๐: Ripple's Game-Changing Plan Revealed"
X Link 2025-09-17T21:48Z 137.1K followers, [---] engagements
"@VersanAljarrah @DigPerspectives @digitalassetbuy @vandell33 Breaking: ๐ Ripple's XRP Set to Skyrocket ๐ฐ๐"
X Link 2025-09-17T21:51Z 137.1K followers, [---] engagements
"@KingAnt777 Breaking ๐: Ripple's Secret Weapon Unveiled ๐๐ฐ"
X Link 2025-09-17T21:54Z 137.1K followers, [---] engagements
"@COLOrNELarts @JoelKatz Breaking ๐๐: Brad G's Bold Step in XRP's Rise"
X Link 2025-09-17T21:54Z 137.1K followers, [--] engagements
"@B_arri_C Breaking Brad Reveals XRP's Bold Future Plans ๐๐ฅ"
X Link 2025-09-17T21:55Z 137.1K followers, [---] engagements
"@CooperDogDad @xrp_cc @beyond_broke @Carnivorace1 Breaking ๐ XRP's Secret Weapon Revealed ๐"
X Link 2025-09-17T21:55Z 137.1K followers, [--] engagements
"@1CrypticPoet @base @zora Breaking ๐๐: Ripple's Brad G Teases XRP Boom"
X Link 2025-09-17T21:56Z 137.1K followers, [---] engagements
"@SMQKEDQG Hot News ๐ Brad's Bold XRP Move Revealed ๐"
X Link 2025-09-17T21:56Z 137.1K followers, [---] engagements
"@xrp_cc @beyond_broke @Carnivorace1 Hot News ๐: Ripple's XRP Set to Skyrocket ๐๐"
X Link 2025-09-17T21:57Z 137.1K followers, [--] engagements
"@jaga66458818 Hot News ๐ XRP's Secret Future Plans Revealed ๐๐ฐ"
X Link 2025-09-17T21:57Z 137.1K followers, [--] engagements
"@meek_flexin Breaking ๐: Brad G's ๐ฅ Vision for XRP [----] ๐"
X Link 2025-09-17T21:58Z 137.1K followers, [--] engagements
"@RemiReliefX Hot News ๐ฅ๐ฐ XRP Set to Skyrocket ๐๐"
X Link 2025-09-17T21:58Z 137.1K followers, [---] engagements
"@Cointelegraph Hot News ๐๐ฅ Ripple's Secret Move Unveiled"
X Link 2025-09-17T21:59Z 137.1K followers, [---] engagements
"@EKryptowalut @bitgetglobal @BitgetPL Hot News ๐: XRP's Secret Weapon Unveiled Today"
X Link 2025-09-17T21:59Z 137.1K followers, [--] engagements
"@Pampadalampa @LoadedLions_CDC @BoldTigers_NFT @cronos_chain Hot News ๐๐ธ BRAD'S SECRET PLAN FOR XRP'S RISE"
X Link 2025-09-17T22:00Z 137.1K followers, [--] engagements
"@LeviRietveld Breaking ๐: Brad's Bold XRP Prediction ๐๐ฅ"
X Link 2025-09-17T22:00Z 137.1K followers, [--] engagements
"@uptownsaul Hot News ๐จ Brad G's XRP Moves Exposed ๐ธ๐ฅ"
X Link 2025-09-17T22:01Z 137.1K followers, [---] engagements
"@the_mattyk Breaking ๐๐: XRP's Game-Changer ๐ for 2024"
X Link 2025-09-17T22:01Z 137.1K followers, [--] engagements
"@Acquired_Savant Breaking ๐ Brad G's Secrets to XRP's World Domination ๐๐"
X Link 2025-09-17T22:02Z 137.1K followers, [--] engagements
"@GilbertieSal Breaking ๐๐จ: Brad G Reveals XRP's Next Move"
X Link 2025-09-17T22:03Z 137.1K followers, [---] engagements
"@CMEGroup Breaking ๐: XRP's Secret Weapon Unveiled ๐๐"
X Link 2025-09-17T22:03Z 137.1K followers, [---] engagements
"@GoingParabolic Hot News ๐๐ธ: Brad G's Bold Move Shocks XRP"
X Link 2025-09-17T22:04Z 137.1K followers, [---] engagements
"@russthefareye @CasinoSociety_ @xrpcafe Hot News ๐๐ Brad G Unveils XRP's Next Move"
X Link 2025-09-17T22:04Z 137.1K followers, [--] engagements
"@Steph_iscrypto Breaking ๐ Brad's Secret XRP Plan Leaked ๐ฅ"
X Link 2025-09-17T22:05Z 137.1K followers, [---] engagements
"@JohnEDeaton1 Hot News ๐ฅ Brad G Teases XRP's Next Big Move ๐๐"
X Link 2025-09-17T22:05Z 137.1K followers, [---] engagements
"@xpmarket Breaking ๐: Brad G's ๐ Vision for XRP's Future"
X Link 2025-09-17T22:06Z 137.1K followers, [---] engagements
"@Coachjv_ Breaking ๐ฅ: Brad's Shocking XRP Revelation ๐๐"
X Link 2025-09-17T22:06Z 137.1K followers, [---] engagements
"@BTCCexchange Hot News ๐๐ฅ Brad G's Bold XRP Prediction"
X Link 2025-09-17T22:07Z 137.1K followers, [--] engagements
"@BullrunnersHQ Hot News ๐ Ripple's Secret Move Shocks Wall St"
X Link 2025-09-17T22:07Z 137.1K followers, [---] engagements
"@CryptosR_Us @CMEGroup Breaking ๐: Ripple's XRP Set to Skyrocket ๐๐"
X Link 2025-09-17T22:08Z 137.1K followers, [--] engagements
"@TheCryptoSquire Breaking ๐: Brad G's Secret Vision for XRP ๐๐ธ"
X Link 2025-09-17T22:08Z 137.1K followers, [--] engagements
"@scottmelker Breaking ๐ฐ๐ Brad G Unveils XRPs Bold Future"
X Link 2025-09-17T22:09Z 137.1K followers, [--] engagements
"@OLXonXRPL Breaking ๐ XRP's Secret Path to $100 Unveiled"
X Link 2025-09-17T22:09Z 137.1K followers, [--] engagements
"@digitalassetbuy @CaitlinLong_ @Ripple Breaking ๐ XRP's Secret Path to Wealth ๐ฅ๐ฐ"
X Link 2025-09-17T22:10Z 137.1K followers, [---] engagements
"@WhaleInsider Hot News ๐ฅ๐ RIPPLE's Secret Plan Revealed"
X Link 2025-09-17T22:10Z 137.1K followers, [---] engagements
"@babyxweb3 Exclusive ๐๐: Brad Reveals Ripple's Next Move"
X Link 2025-09-17T22:14Z 137.1K followers, [--] engagements
"@zhangdm8 Hot News ๐ค๐: Ripple CEO's Secret Plan Leaked"
X Link 2025-09-17T22:15Z 137.1K followers, [--] engagements
"@SolanaFloor @CMEGroup Hot News ๐: Ripple's Bold Move in Digital Cash ๐"
X Link 2025-09-17T22:16Z 137.1K followers, [--] engagements
"@DegenerateNews Breaking News ๐๐: Brad's Secret XRP Masterplan"
X Link 2025-09-17T22:17Z 137.1K followers, [---] engagements
"@LeviRietveld Breaking ๐: Ripple's XRP to Skyrocket ๐๐"
X Link 2025-09-17T22:20Z 137.1K followers, [--] engagements
"@DegenerateNews @PeterMintzberg Hot News ๐๐: Brad G's Hidden XRP Masterplan"
X Link 2025-09-17T23:57Z 137.1K followers, [---] engagements
"@Cointelegraph Hot News ๐๐ฎ: XRP's Secret Weapon Unveiled"
X Link 2025-09-17T23:57Z 137.1K followers, [---] engagements
"@fz_cryptox Breaking ๐ XRP to Revolutionize Your Wallet ๐"
X Link 2025-09-17T23:58Z 137.1K followers, [---] engagements
"@BTCTN @CMEGroup Breaking ๐๐ฅ XRP to Redefine Finance in 2024"
X Link 2025-09-17T23:58Z 137.1K followers, [---] engagements
"@Cobb_XRPL Breaking ๐ Ripple's Brad G Tips XRP Boom ๐๐ฅ"
X Link 2025-09-17T23:59Z 137.1K followers, [---] engagements
"@CoinMarketCap Hot News ๐ Ripple's Next Move Shocks ๐๐ฅ"
X Link 2025-09-17T23:59Z 137.1K followers, [--] engagements
"@LeviRietveld Breaking ๐๐ XRP's Next Move Shocks Experts"
X Link 2025-09-17T23:59Z 137.1K followers, [---] engagements
"@XrpUdate Breaking: XRP's Jaw-Dropping Rise to Glory ๐๐"
X Link 2025-09-18T00:00Z 137.1K followers, [----] engagements
"@ChadSteingraber Hot News ๐๐ฅ: Brad G's Bold XRP Move ๐๐"
X Link 2025-09-18T00:01Z 137.1K followers, [---] engagements
"@Mr_Xoom Breaking ๐๐ฅ: XRP Set to Transform Global Finance ๐๐"
X Link 2025-09-18T00:02Z 137.1K followers, [---] engagements
"@WatcherGuru Hot News ๐๐ฅ: Ripple's XRP Gamechanger Ahead"
X Link 2025-09-18T00:02Z 137.1K followers, [---] engagements
"@realOscarRamos1 Breaking ๐ BRAD G's Shocking XRP Prediction ๐ฐ๐ฅ"
X Link 2025-09-18T00:03Z 137.1K followers, [---] engagements
"@unknowDLT Breaking ๐ Brad G's Secret XRP Vision Unveiled"
X Link 2025-09-18T00:03Z 137.1K followers, [--] engagements
"@AltcoinBale Hot News ๐ XRP's Shocking Future Unveiled ๐"
X Link 2025-09-18T00:03Z 137.1K followers, [---] engagements
"@xtina_george Hot News ๐๐: Brad G's Bold XRP Prediction"
X Link 2025-09-18T00:05Z 137.1K followers, [---] engagements
"@LeviRietveld Hot News: ๐ BRAD G PREDICTS XRP'S NEXT MOVE ๐ฅ"
X Link 2025-09-18T00:05Z 137.1K followers, [---] engagements
"@justGunn @CasinoSociety Breaking ๐ฅ: Ripple's XRP to Skyrocket Soon ๐๐"
X Link 2025-09-18T00:06Z 137.1K followers, [---] engagements
"@XRPcryptowolf Breaking ๐ Brad G's Wild XRP Prediction ๐"
X Link 2025-09-18T00:06Z 137.1K followers, [--] engagements
"@ChadSteingraber Breaking: ๐ XRP Set to Change Finance Forever ๐"
X Link 2025-09-18T00:08Z 137.1K followers, [---] engagements
"@XRPcryptowolf Breaking ๐๐ฅ: XRP's Secret Surge to $500 ๐๐"
X Link 2025-09-18T00:08Z 137.1K followers, [---] engagements
"@okioki0909 Alert ๐จ๐: XRP's Secret Weapon for [----] ๐ฐ๐ฅ"
X Link 2025-09-18T00:09Z 137.1K followers, [--] engagements
"@inkoman253737 Breaking ๐: Ripple's XRP to Skyrocket in 2024"
X Link 2025-09-18T00:10Z 137.1K followers, [---] engagements
"@ripple_bipple @sealjoshii Hot News ๐ XRP's Secret Weapon Unveiled ๐๐"
X Link 2025-09-18T00:11Z 137.1K followers, [---] engagements
"L'une d'entre elles deviendra Miss #Burundi 2016-2017"
X Link 2016-06-27T12:07Z 113.1K followers, [--] engagements
"Ethiopian 1st Airline in Africa to Receive Airbus A350XWB & First in the World to fly it in African Skies #Burundi"
X Link 2016-06-29T12:34Z 113.1K followers, [--] engagements
"#Bravo #CECAFAWomen Victoire du #Burundi vs Zanzibar en Ouganda.Score:10-1en faveur du Burundi.Un festival de buts"
X Link 2016-09-11T13:36Z 113K followers, [--] engagements
"#Burundi Cynthia Munwangari passe en prison centrale en Ouganda http://akeza.net/cynthia-munwangari-passe-en-prison-centrale-en-ouganda/ http://akeza.net/cynthia-munwangari-passe-en-prison-centrale-en-ouganda/"
X Link 2016-11-23T07:49Z 112.7K followers, [--] engagements
"#Basket Le #Burundi remporte son premier match au championnat de la zone [--] qui se tient en Egypte face aux Somaliens sur 83-96.#Bravo"
X Link 2017-03-14T18:43Z 112.9K followers, [--] engagements
"#Burundi Remise et reprise hier entre Lydia Nsekera et Evariste Ndayisimiye au #CNOBdi"
X Link 2017-03-21T14:00Z 112.7K followers, [--] engagements
"#Burundi #photography En images : Quand photographie et maquillage forment une formidable combinaison http://akeza.net/en-images-quand-photographie-et-maquillage-forment-une-formidable-combinaison/ http://akeza.net/en-images-quand-photographie-et-maquillage-forment-une-formidable-combinaison/"
X Link 2017-03-24T17:26Z 113K followers, [--] engagements
"#Burundi #Football : Comment Inter Stars est devenu un tigre en papier http://akeza.net/football-comment-inter-stars-est-devenu-un-tigre-en-papier/ http://akeza.net/football-comment-inter-stars-est-devenu-un-tigre-en-papier/"
X Link 2017-04-24T07:12Z 113.9K followers, [--] engagements
"#Burundi #SportEtLoisir Lancement officiel des inscriptions pour le Bujumbura Peace Run [----] http://akeza.net/lancement-officiel-des-inscriptions-pour-le-bujumbura-peace-run-2017/ http://akeza.net/lancement-officiel-des-inscriptions-pour-le-bujumbura-peace-run-2017/"
X Link 2017-04-25T17:39Z 113.5K followers, [--] engagements
"#Burundi #Football En images: Le coach Massoud Irambona toujours classe http://akeza.net/en-images-le-coach-massoud-irambona-toujours-classe/ http://akeza.net/en-images-le-coach-massoud-irambona-toujours-classe/"
X Link 2017-04-27T13:14Z 113.9K followers, [--] engagements
"#Burundi Rayon Sports: Massoud Irambona remporte le titre du championnat rwandais http://akeza.net/rayon-sports-massoud-irambona-remporte-le-titre-du-championnat-rwandais/ http://akeza.net/rayon-sports-massoud-irambona-remporte-le-titre-du-championnat-rwandais/"
X Link 2017-05-18T15:52Z 113K followers, [--] engagements
"#Burundi Revivez en images le #BujumburaPeaceRun2017 d'aujourd'hui au Stade Prince Louis Rwagasore: Les Miss en avant (1)"
X Link 2017-05-27T20:47Z 112.8K followers, [--] engagements
"#Burundi #Football Que gagne le club champion au Burundi et au Rwanda http://akeza.net/que-gagne-le-club-champion-au-burundi-et-au-rwanda/ http://akeza.net/que-gagne-le-club-champion-au-burundi-et-au-rwanda/"
X Link 2017-06-05T07:32Z 113.9K followers, [--] engagements
"#Burundi #Football Les [--] que le Burundi pourrait aligner face au Soudan du Sud http://akeza.net/les-11-que-le-burundi-pourrait-aligner-face-au-soudan-du-sud/ http://akeza.net/les-11-que-le-burundi-pourrait-aligner-face-au-soudan-du-sud/"
X Link 2017-06-08T16:10Z 113.9K followers, [--] engagements
"#Burundi -Soudan du Sud: Le capitaine et son vice ont un message pour vous http://akeza.net/burundi-soudan-du-sud-le-capitaine-et-son-vice-ont-un-message-pour-vous/ http://akeza.net/burundi-soudan-du-sud-le-capitaine-et-son-vice-ont-un-message-pour-vous/"
X Link 2017-06-09T16:17Z 113.1K followers, [--] engagements
"#Burundi Economie : Pour ses [--] ans KAZOZA Finance inaugure un somptueux QG http://akeza.net/economie-pour-ses-5-ans-kazoza-finance-inaugure-un-somptueux-qg/ http://akeza.net/economie-pour-ses-5-ans-kazoza-finance-inaugure-un-somptueux-qg/"
X Link 2017-06-16T11:19Z 113.4K followers, [--] engagements
"#Burundi #Football Transfert : Emmanuel Ngama signe au club AS Kigali http://akeza.net/transfert-emmanuel-ngama-signe-au-club-as-kigali/ http://akeza.net/transfert-emmanuel-ngama-signe-au-club-as-kigali/"
X Link 2017-06-17T14:31Z 113K followers, [--] engagements
"#Burundi #Diaspora Miss Burundi USA [----] : 2000$ pour Junelle Nimenya la gagnante http://akeza.net/miss-burundi-usa-2017-2000-pour-junelle-nimenya-la-gagnante/ http://akeza.net/miss-burundi-usa-2017-2000-pour-junelle-nimenya-la-gagnante/"
X Link 2017-06-28T15:11Z 113.1K followers, [--] engagements
"#Burundi #Poem Bujumbura ma ville http://english.akeza.net/bujumbura-ma-ville/ http://english.akeza.net/bujumbura-ma-ville/"
X Link 2017-09-19T08:36Z 112.8K followers, [--] engagements
""When I admire the wonders of a sunset or the beauty of the moon my soul expands in the worship of the creator" Mahatma Gandhi #akezanet #lesbeautesdecheznous #akezacreativestudio #Burundi"
X Link 2018-05-03T20:15Z 113.2K followers, [--] engagements
"Singer Masterland has announced the video release of his gospel song Sabwe for very soon #Burundi #music #gospel #songs"
X Link 2018-05-16T06:38Z 113.9K followers, [--] engagements
Limited data mode. Full metrics available with subscription: lunarcrush.com/pricing